Luka 10:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ehe mbahaye ububasha bgo gukandagira inzoka na sikorupiyo, n’ubgo kunesha ubushobozi bga wa Mwansi bgose, kandi nta kintu kizogira ico kibagira na gatoya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ehe ndabahaye ububasha bwose bwo kunesha umwansi: muzohonyora inzoka na sikoropiyo muzimene imitwe, kandi nta na kimwe kizogira ico kibagira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |