Luka 10:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Nuko bamwe mirongwirindwi bagarukana umunezero, bati Mugenzi, abadayimoni na bo baratwumvira mw izina ryawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Bamwe mirongo irindwi na babiri bagarutse, baza bafise umunezero mwinshi bavuga bati: “Mwami, n’abadayimoni baratwumvira mw’izina ryawe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |