Luka 10:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ūbumviye ni jewe aba yumviye; ūbanse, ni jewe aba yanse; ūnyanse, aba yanse uwantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Uwubumvira ni jewe aba yumviye, kandi uwubanka ni jewe aba yanse. Uwunyanse na we aba yanse uwantumye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |