Luka 1:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Maze yarikw arakora igikorwa c’ubuherezi imbere y’Imana, ukw imbu zabo zikurikirana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Umusi umwe, Zakariya yariko arakora igikorwa ciwe c’ubuherezi mu ngoro y’Imana, kuko umugwi wiwe ari wo wari uramukiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Atunganya imbu z’abaherezi uko zākurikirana zo gukora, nk’uko se Dawidi yasize ashinze, n’ivy’ ibikorwa vy’ Abalewi vyo guhimbaza no gufasha abaherezi, nk’ukw ibikorwa vyabo vy’imisi yose vyari biri, n’ ivy’ abashibamyi na bo, nk’ukw imbu zabo zakurikirana ku birimba vyose; kukw ari ko Dawidi, wa muntu w’Imana, yari yasize abishinze.