Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 1:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ariko ntibagira umwana, kuko Elisabeti yar’ ingumba, kandi bompi bāri bageze mu zabukuru.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ariko nta mwana bari bafise, kuko Elizabeti atavyara, kandi bompi bari bashaje cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 1:7
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Aburahamu arapfukama, arūnama aratwenga, yivuganiriza mu mutima, ati Mbeg’ umwana yovyarwa n’ūmaze imyaka ijana? Na Sara amaze imyaka mirongwicenda yoba akivyara?


Kandi Aburahamu na Sara bari bashaje, bageze mu zabukuru: kandi Sara yari yaraciye.


Isaka atakambira Uhoraho kubg’ umugore wiwe, kukw atāvyara: Uhoraho yumva gutakamba kwiwe, Rebeka umugore wiwe asama inda.


Rakeli abonye atavyaranye na Yakobo akana, agirira ishari mukuru we; abarira Yakobo, ati Mpa abana; utabampaye, mpfuma mpfa.


Umwami Dawidi yar’ ashaje, ageze mu zabukuru; bāri basigaye bamupfuka impuzu ntabe agisusurukirwa.


Maze Elisa arabaza, ati None twomukorera iki? Gehazi aramwishura, at’ Erega nta mwana agira, kand’ umugabo wiwe arashāje.


Ku ngoma ya Herode, umwami w’i Yudaya, hārih’ umuherezi yitwa Zakariya, wo mu mutigiri wa Abiya, kandi yar’ afise umugore wo mu nzu ya Aroni, yitwa Elisabeti.


Bompi bāgororoka imbere y’Imana, bāgendera mu vyagezwe n’amabgirizwa vy’Umwami Imana vyose, batagawa.


Maze yarikw arakora igikorwa c’ubuherezi imbere y’Imana, ukw imbu zabo zikurikirana;


Kandi ntiyagabanukak’ ukwizera, yitegereje umubiri wiwe umaze kuba akāheze, kuko yar’ amaze imyaka nk’ijana y’amavuka yiwe, na Sara yari yaraciye.


Ukwizera ni kwo kwatumye na Sara ashobozwa gusama inda, naho yari yaraciye, kuko yiyumviriye yukw iyasezeranye ar’ iyo kwizerwa.


Yar’ afise abagore babiri, umwe yitwa Hana, uwundi Penina; Penina ni we yavyara, ariko Hana yar’ ingumba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ