Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 1:65 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

65 Ababanyi babo bose baterwa n’ubgoba: ayo majambo yose akwira mu mugamba wose w’i Yudaya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

65 Abari aho bose bafatwa n’ubwoba, kandi iyo nkuru yamamara mu misozi yose y’i Yudaya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 1:65
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu gihugu c’i Yudaya ku ngoma y’umwami Herode, haza abanyabgenge bavuye i burasirazuba, baja i Yerusalemu,


Mur’ iyo misi Mariya arikora, agenda yihuta, aja mu mugamba mu gisagara c’i Yudaya,


Abavyumvise bose batangazwa n’ivyo ba bungere bababgiye.


Bose barumirwa cane, bahimbaza Imana, baterwa n’ubgoba bginshi, bat’ Uyu musi tubonye ibitangaza.


Bose baterwa n’ubgoba, bahimbaza Imana, bat’ Ūvugishwa n’Imana ahambaye aserutse muri twebge; kandi bat’ Imana igendeye abantu bayo.


Ivyo bimenyekana mu Bayuda no mu Bagiriki bose baba muri Efeso, bose baterwa n’ubgoba, izina ry’Umwami Yesu rishirwa hejuru.


Umuntu wese aterwa n’ubgoba: kand’ utwumiza n’ibimenyetso vyinshi vyakorwa n’intumwa.


Ishengero ryose n’abavyumvise bose baterwa n’ubgoba bginshi.


Ananiya yumvise ayo majambo agwa bukumbi: abavyumvise bose baterwa n’ubgoba bginshi.


Uko ni ko Yosuwa yatsinze ico gihugu cose, igihugu c’umugamba n’ic’i Negebu n’igiciye bugufi n’ icegamiye umugamba, bo n’abami baho bose, ntiyasiga n’uwa kirazira, arikw ageseza abahumeka bose, nk’uk’ Uhoraho Imana y’ Abisirayeli yavuze.


Maz’ ab’i Gibeyoni batuma kuri Yosuwa ah’ ari mu nsago i Gilugali, uti Ntuhebe abasavyi bawe, uti Dūga n’ingoga ubatabare, ubavune, uti Kukw abami bose b’Abamori bo mu mugamba bakoraniye hamwe ngo babatere.


Iyo misi itatu n’igihimba ishize impwemu z’ubugingo zivuye ku Mana zibinjiramwo, baravyuka, barahagarara: ubgoba bginshi butera ababarāba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ