62 Bagereraniriza se, bamubaza ukw agomba ko yitwa.
62 Baca babaza se bakoresheje ibimenyetso ngo ababwire izina ashaka ko bita umwana wiwe.
Maz’ asohotse ntiyagira ico ashobora kuvugana na bo, bamenya yuko har’ ico yerekewe ahēra h’urusengero: arabagereraniriza, agumya kuba ikiragi.
Baramubgira, bati Mu muryango wanyu kw ata witwa iryo zina.