56 Kandi Mariya amarana na we amezi nk’atatu, asubira i wabo.
56 Nuko Mariya amarana na Elizabeti amezi nk’atatu, araheza arataha.
Nk’uko yabgiye ba sogokuruza, Kuzigirira Aburahamu n’uruvyaro rwiwe, ibihe bidashira.
Igihe co kuvyara kwa Elisabeti kirashika, avyara umuhungu.