Luka 1:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ku ngoma ya Herode, umwami w’i Yudaya, hārih’ umuherezi yitwa Zakariya, wo mu mutigiri wa Abiya, kandi yar’ afise umugore wo mu nzu ya Aroni, yitwa Elisabeti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Igihe Herode yari umwami w’i Yudaya, hari umuherezi yitwa Zakariya wo mu mugwi w’abaherezi bitirirwa Abiya. Umugore wiwe yitwa Elizabeti, na we akaba yakomoka mu muryango wa Aroni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |