40 yinjira mu nzu kwa Zakariya, aramukanya na Elisabeti.
40 Ashitse kwa Zakariya, aramutsa umugore wiwe Elizabeti.
So na nyoko ni banezerwe, Nyoko yakuvyaye n’ahimbarwe.
Mur’ iyo misi Mariya arikora, agenda yihuta, aja mu mugamba mu gisagara c’i Yudaya,
Maze Elisabeti yumvise indamukanyo ya Mariya, inda ikinagira muri we, Elisabeti yuzuzwa Mpwemu Yera,
Ku ngoma ya Herode, umwami w’i Yudaya, hārih’ umuherezi yitwa Zakariya, wo mu mutigiri wa Abiya, kandi yar’ afise umugore wo mu nzu ya Aroni, yitwa Elisabeti.