Luka 1:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kand’ umve, Elisabeti mwene wanyu na we atwaye inda y’umuhungu mu butāmakazi bgiwe, uwitwa ingumba uku n’ukwezi kwiwe kwa gatandatu: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Mbere na Elizabeti incuti yawe agiye kuvyara umwana mu myaka yiwe y’ubusaza. Uwahora yitwa ingumba, uku ni ukwezi kugira gatandatu yibungenze, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |