Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 1:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Iyo misi ishize, umugore wiwe Elisabeti asama inda, atinya abantu amezi atanu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Haheze imisi, umugore wiwe Elizabeti asama inda, aca amara amezi atanu ataja ahabona. Aravuga ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 1:24
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Sara asama inda, avyarana na Aburahamu umuhungu mu butāma bgiwe, mu gihe cāshinzwe, kimwe Imana yari yaramubariye nyene.


Hanyuma uwo mugore asama inda, avyara umwana w’umuhungu, ca gihe nyene Elisa yamubariye gishitse.


Maz’ imisi yo gusasa kwiwe ishize, asubira i we.


at’ Uku ni k’Umwami Imana inkoreye mu misi yandābiyemwo kunteturura mu bantu.


Ku ngoma ya Herode, umwami w’i Yudaya, hārih’ umuherezi yitwa Zakariya, wo mu mutigiri wa Abiya, kandi yar’ afise umugore wo mu nzu ya Aroni, yitwa Elisabeti.


Ca gitabo ca mbere nanditse ga Teyofilo we, kivuga ivyo Yesu yatanguye gukora no kwigisha vyose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ