Luka 1:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maz’ asohotse ntiyagira ico ashobora kuvugana na bo, bamenya yuko har’ ico yerekewe ahēra h’urusengero: arabagereraniriza, agumya kuba ikiragi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko asohotse, ntiyashobora kuvugana na bo. Abantu baca batahura ko hari ivyo yerekewe mu rusengero, kuko yabavugisha akoresheje ibimenyetso vy’amaboko, ntavuge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |