12 Zakariya amubonye ahagarika umutima, aterwa n’ubgoba.
12 Zakariya amubonye afatwa n’ubwoba bwinshi.
Ni jewe Daniyeli gusa nabonye ivyo vyerekanywe, yamar’ abantu twari kumwe ntibabibonye, ariko bafatwa n’agatengo gakomeye, barahunga barihisha.
Maze binjiye mu mva, babona umusore yicaye mu ruhande rw’i buryo, yambaye imvune yera, barūmirwa cane.
Ariko we ahagarika umutima cane w’iryo jambo, yibaza iyo ndamukanyo iy’ ari yo.
Na we amukanurira amaso, afise ubgoba, aramubaza, ati N’iki ga Mwami? Aramwishura, ati Gusenga kwawe n’ubuntu bgawe vyadūze biba icibutso imbere y’Imana.
Ndamubonye, nikubita imbere y’inyundo ziwe nk’ūpfuye; maz’ anshirak’ ukuboko kw’i buryo, ati Ntutinye; jewe nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo,
Maze Manowa abarira umugore wiwe, ati Nta kabuza turapfuye, kuko tubonye Imana!
Maze Gideyoni aca amenya ko yar’ umumarayika w’Uhoraho; aravuga, at’ Ewe Mwami Uhoraho, ndahūmiwe, kuko mbonye umumarayika wawe imbonankubone, Uhoraho!