Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Urahinduka umukungugu wārāre ku gihugu cose ca Egiputa, uhinduke ibihute bivamw’ ibimungu, bifate abantu n’ibitungano mu gihugu cose ca Egiputa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 9:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Satani aca arasohoka, ava imbere y’Uhoraho, atēza Yobu ibihute bikomeye uhēreye mu bgōro bg’ikirenge ugashitsa mu gitwariro.


Bajana wa munyota wo mw itanure, bahagarara imbere ya Farawo, Mose awutumūrira hejuru; uhinduka ibihute bivamw’ ibimungu, bifata abantu n’ibitungano.


Uhoraho abarira Mose na Aroni, ati Ni mwābīre amashi y’ umunyota wo mw itanure, Mose awutumūrire hejuru imbere ya Farawo.


Uhoraho azobatērēra ibihute nk’ivyo yatērereye Abanyegiputa, no gusiduka amagara, n’urukemba n’ amahere, ivyo mutazoshobora kuvūrwa.


Uhoraho azobatērēra ibihute bibi mu mavi no ku maguru, mudashobora kuvūrwa; mber’ azobibatēza bihēre mu bgoro bg’ikirenge bigeze mu gitwariro.


Uwa mbere aragenda, asuka urwavya rwiwe kw isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikōko, bagasenga igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ