Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 eh’ ukuboko kw’ Uhoraho guhanamiye ivyo utunze bigandagaje ku misozi: ku mafarasi, no ku ndogoba, no ku ngamiya, no ku nka, no ku mikuku: akaryama k’icago kazobitera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 9:3
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bazanira Yosefu amatungo yabo; Yosefu abagurira ivyo kurya ku mafarasi n’imikuku n’amasho n’indogoba: abasumira ivyo kurya uwo mwaka, abibaguriye ku matungo yabo yose.


Unkūrekw inkoni yawe: Mmazwe no gukubita kw’ ukuboko kwawe.


Baramubgira, bat’ Imana y’Abaheburayo yaratwiyeretse: none turasavye, uturekure tuje mu bugaragwa, tugende urugendo rw’ imisi itatu, kugira ngo tuze dushikanire Uhoraho Imana yacu ibimazi, yoye kuzohava idutērēra ikīza cank’ inkota.


Yamara Farawo ntazobumvira; maze nzobangurira ukuboko kwanje kuri Egiputa, nkūrey’ ingabo zanje, ni bo bantu banje b’Abisirayeli, mbakūze mur’ ico gihugu ca Egiputa ibihano bikomeye.


Maz’ abo banyamarēba babarira Farawo, bat’ Ibi bitewe n’ urutoke rw’Imana. Arik’ umutima wa Farawo urakomantara, ntiyumvira Mose na Aroni, nk’ uk’ Uhoraho yari yaravuze.


Nabateje ikīza nk’icateye muri Egiputa: imisore yanyu nayicishije inkota, nnyaga amafarasi yanyu; natumye umunuko ur’ aho mushagaje ubinjira mu mazuru: na ho nyene ntimwangarukako, ni k’ Uhoraho agize.


Nuko rāba, ukuboko kw’Umwami Imana kuraguhanamiye, ugira uhume, umare imisi utabona izuba. Ako kanya igipfungu n’umwiza bimwubikizako, agenda azimagirika arondera uwo kumufata ukuboko.


Maze muyishinge ijisho: ni yajana inzira ija i Beti‐shemeshi mu gihugu cayo, izoba ar’ Imana yaduterereye ivyo vyago bikomeye; ariko bitabaye birtyo tuzomenya kw atar’ ukuboko kwayo kwatwishe, bizoba ar’ ivyago vy’ivyaduka vyapfuye kutuzako gusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ