Kuvayo 8:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Mose yishura Farawo, ati Pfa kunsigūrira gusa, umbarire igihe nogusabira, mwe n’ abanyarugo bawe n’abantu bawe, kw ibikere vyotikizwa bikakuvako, bikava no mu ngoro zawe, bigasigara mu ruzi honyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |