Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 8:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 uruzi ruruzura ibikere, bidūge bije mu nzu yawe no haruguru, no ku buriri bgawe, no mu nzu z’abanyarugo bawe no mu z’abantu bawe, no mu dutanure twawe two kwotsamw’ imitsima, no mu mato yawe yo gucumba;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 8:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yehoshabeyati umukobga w’umwami afata Yowasi mwene Ahaziya, amukūra mu bana b’umwami bariko baricwa, amushira mu cumba kibīkwamw’ amariri, hamwe n’umurezi wiwe. Uko ni ko Yehoshabeyati, umukobga w’umwami Yehoramu, muka Yehoyada umuherezi, mushiki wa Ahaziya, yamunyegeje Ataliya, kugira ngo ntamwice.


Igihugu cabo kinyagaramw’ ibikere, No mu ngoro z’abami babo.


Zizokwuzura ingoro zawe, n’inzu z’abanyarugo bawe bose, n’iz’ Abanyegiputa bose: izo ba so na ba sogokuru batigeze kubona, uhereye igihe babereyeho, ukageza n’ubu. Nuko Mose arahindukira, ava imbere ya Farawo.


Abo bantu bajana amarobe yabo atarajamw’ umwambiro, atarotswa, utwato twabo bacumbamwo bari baduhambiriye mu mpuzu zabo batwikoreye ku bitugu.


Farawo na we ahamagaza abanyabgenge n’abapfumu: abo ni bo banyamarēba bo muri Egiputa, na bo babigira bartyo, babikoresheje amarēba yabo.


Ibikere bizokuvako, bive no mu ngoro zawe, no ku banyarugo bawe, no ku bantu bawe, bisigare mu ruzi honyene.


Ngo Na ho ni wanka kubarekura, igihugu cawe arakigomorera ibikere iyo kiva kikagera:


ibikere bizodūga binyagare kuri wewe no ku bantu bawe no ku banyarugo bawe bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ