Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Abo bantu ni babazigire ku bikorwa bikomeye, abe ari vyo bitwaririka, boye gushira imitima ku magambo y’ibinyoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 5:9
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muti K’uvuze ng’ ufise inama n’inkomezi zo kurwana, ariko n’ amagambo y’impfagusa! Muti Mbeg’ uwo wishimiye ni nde, yatumye umugarariza?


Mbeg’ amagambo atwarwa n’umuyaga ntazogira iherezo? Ikigutera kwishura n’iki?


Abakoresha ubgo bgoko barasohoka, bo n’abarōngōzi babo, babarira abantu, bati Farawo agize ngo ntakibaha ibiganogano.


Kand’ igitigiri c’amatafari basanzwe babumba, bakigumeko; ntimubagabanye na makeya: kukw ar’ abanebge, ni co kibatakisha ngo ni bagende, bashikanire Imana yabo ibimazi.


Azariya mwene Hoshaya, na Yohanani mwene Kareya, n’abagabo b’abibone bose, babarira Yeremiya, bat’ Uvuze ibinyoma: Uhoraho Imana yacu ntiyagutumye kuvuga, ngo Ntituje muri Egiputa kubayo;


Arikw amajambo yanje n’ivyagezwe vyanje nageze abasavyi banje navugisha, mbega ntivyashitse kuri ba sogokuruza? Maze bīsubiramwo, baravuga, bati Nk’uk’ Uhoraho Nyen’ ingabo yagabiye kw azotugirira, ngw atwishure ibihwanye n’ingeso zacu n’ivyo twakoze, ni ko yadukoreye.


Mwavuze ngo Gukorera Imana nta kimazi; kandi muti Vyatwunguye iki ko twitondeye ivyo yashinze, tukagendera imbere y’Uhoraho Nyen’ ingabo twiraburaniwe?


Ntihakagire umuntu abahendesha amagambo y’ubusa: kukw ivyo ari vyo bizanira uburake bg’Imana abantu b’intabarirwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ