Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 5:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 ati Ntimwongere guha abantu ibiganogano vyo kubumbana n’amatafari nka mbere: ni bagende bavyironderere ubgabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 5:7
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

naho nari nīfitiye ivyarire vy’indogoba zacu n’ivyo kurya vyazo, bo n’ivyo kurya vya twe n’uyu mugore n’uyu muhungu turi kumwe: nta co tubuze na mba.


Yungamwo, aramubarira, ati Turi n’ivyarire n’ivyo kurya bizihāgije, dufise n’aho kurāra.


Baravugana, bati Ngo tubumbe amatafari, tuyaturire neza. Nuko bakoresha amatafari mu gishingo c’amabuye, na kaburimbi mu gishingo c’ubudongo.


Kur’ uwo musi nyene Farawo abarira abakoresha abo bantu, n’abarōngōzi babo,


Kand’ igitigiri c’amatafari basanzwe babumba, bakigumeko; ntimubagabanye na makeya: kukw ar’ abanebge, ni co kibatakisha ngo ni bagende, bashikanire Imana yabo ibimazi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ