Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 5:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Umwami wa Egiputa arababaza, ati Mbega Mose na Aroni, n’iki gitumye mutesha abo bantu ibikorwa vyabo? Ni mugende musubire ku bikebere vyanyu!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 5:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko babaha abo kubakebera ibikebere ngo babatwaze ituntu babīkoreze ibiremereye. Bubakira Farawo ibisagara vyitwa Pitomu na Ramusesi vy’ibigega.


Maze Mose amaze gukura, umusi ur’ izina agendera bene wabo, yitegereza ubugene batwazwa ituntu; abona Umunyegiputa akubita Umuheburayo w’i wabo.


Kandi numvise amaborogo y’Abisirayeli, Abanyegiputa bazigiye mu buja; nibuka isezerano ryanje.


Maz’ abaganwa babgira umwami, bat’ Uyu muntu akwiye gupfa: kukw adendebura amaboko y’abahizi bagisigaye mur’ iki gisagara n’ay’ abantu bose, ababarira amajambo asa artyo: kuk’ uyu mugabo atifuriza amahoro ubu bgoko, atar’ ivyago.


Maze Amaziya umuherezi w’i Beteli atuma kuri Yerobowamu umwami w’Abisirayeli, uti Amosi yagutereye abantu umugararizo mu b’inzu ya Isirayeli: igihugu nta ho cotorana itiro amagambo yiwe n’ukw angana.


Batangura kumwagiriza, bat’ Uyu twamubonye agomesha ubgoko bgacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, yivuga ngo ni Kristo, Umwami.


Twabonye uyu muntu ar’ ikīza, atera umugararizo Abayuda bose bari mu bihugu vyose; ni we remezo ry’igice c’Abanazareti.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ