Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi ni baramuka batemejwe n’ivyo bimenyetso vyompi, canke ngo bumvire amajambo yawe, uz’ udahe amazi mu ruzi, uyasuke i musozi; maz’ ayo mazi ukūye mu ruzi, ashitse i musozi azohinduka amaraso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 4:9
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Farawo araheza abarira abantu biwe bose, at’ Umuhungu wese azovuka, muze mumute mu ruzi, arik’ umukobga mumureke.


Ati Kandi ni batakwemera, ngo bemezwe n’ ikimenyetso ca mbere, bazokwemezwa n’ica kabiri.


Ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngw Iki ni co kizokumenyesha yukw ar’ Uhoraho: ut’ Ehe ngira nkubitishe inkoni nitwaje amazi y’ uruzi, ahinduke amaraso:


Kuko, uko muhinyura abandi, ari ko muzohinyurwa namwe; kand’ ingero mugeramwo muzoyigererwa namwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ