Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ati Kandi ni batakwemera, ngo bemezwe n’ ikimenyetso ca mbere, bazokwemezwa n’ica kabiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 4:8
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami w’Abisirayeli asomye ico cete, yitantamurirakw impuzu ziwe, aravuga, ati Mbega jewe nd’ Imana, ngo ntume umuntu apfa canke ngw abeho, k’uyo mugabo andungikiye umuntu ngo ndamukize imibembe? Ehe rāba ingen’ anyigenzako, muheze muvyiyumvire!


Kukw ari yo ikomeretsa, kand’ ikaba ari yo isomōra; Irakubita, kand’ amaboko yayo akaba ari yo atīmbūra.


Mose abarira Aroni amajambo yose Uhoraho yamutumye, n’ibimenyetso vyose yamugeze gukora.


Aramubarira, ati Gisubize mu gikiriza. Agisubizayo; maz’ agisokoroye, asanga gisubiye kumera nk’ahandi hose ku mubiri wiwe.


Kandi ni baramuka batemejwe n’ivyo bimenyetso vyompi, canke ngo bumvire amajambo yawe, uz’ udahe amazi mu ruzi, uyasuke i musozi; maz’ ayo mazi ukūye mu ruzi, ashitse i musozi azohinduka amaraso.


Kukw ivyiwe ar’ ibgirizwa ku rindi, ibgirizwa ku rindi, n’umurongo ku wundi, umurongo ku wundi, hamwe tumwe, ahandi utundi.


Ariko naho yakoreye ibimenyetso bingaho imbere yabo, ntibārushe bamwizera,


Nuko rero mumenye yuko jewe, jewe ubganje, ari jewe Mana, Kandi kw ata yindi mana ibangikanye nanje: Ni jewe ntuma umuntu apfa, ni jewe ntuma umuntu abaho; Ni jewe nkomeretsa, ngakiza; Kandi nta woshobora kugira ico arokora mu kuboko kwanje.


Aramubgira, ati Ni naba ngiriwe akagongwe imbere yawe, n’unyereke ikimenyetso kinyemeza kw ari wewe ubgawe uvuganye nanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ