Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 4:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Uhoraho aramubarira, ati Ramvura ukuboko, uyifate umurizo: aramvura ukuboko, arayifata, irongera ihindukira inkoni mu kuboko kwiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 4:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aramubarira, ati Yābīre. Atuma ukuboko arayābīra.


Uzokandagira intambge n’ imamba, Uzosiribanga umugunza w’ intambge n’ikiyoka.


Aramubarira, ati Yiterere hasi. Ayiterera hasi, ihinduka inzoka; Mose arayihunga.


At’ Ivyo n’ukugira ngo baze bemere yuko jewe Uhoraho, Imana ya ba sekuruza, nakwiyeretse, ari jewe Mana ya Aburahamu, Imana ya Isaka, Imana ya Yakobo.


bazofata inzoka; ni banywa ikintu cica, nta co kizobagira na gatoya; bazorambika ibiganza ku barwaye, bakire.


Ehe mbahaye ububasha bgo gukandagira inzoka na sikorupiyo, n’ubgo kunesha ubushobozi bga wa Mwansi bgose, kandi nta kintu kizogira ico kibagira na gatoya.


Nyina abgira abasuku, at’ Ic’ ababgira cose mugikore.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ