Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 4:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Uhoraho aramubaza, at’ Ico ufise mu kuboko n’iki? Aramwishura, ati N’inkoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 4:2
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yakobo aca inkoni mbisi zitwa imilebeni n’izitwa shakedi n’ izitwa imyarumoni, azicakw amabara yera asa n’imisengo, agaragaza ahēra h’imbere ku nkoni.


Elisa aramubaza, ati None nogukorera iki? Ndakubaza: har’ ico woba ufise i muhira? Na we at’ Umusavyi wawe nta co mfise i muhira atar’ urwavya rw’utuvuta twa elayo.


Uhoraho ar’ i Siyoni azoshingiriza kure inkoni y’ ububasha bgawe: Ganza hagati y’abansi bawe.


Kand’ uze witwaze iyo nkoni, ni yo uzokoresha vya bimenyetso.


Mose akora umugore n’abana, abashira ku ndogoba, asubira mu gihugu ca Egiputa, yitwaje na ya nkoni y’ Imana.


Mu gatondo uz’ uje iyo Farawo ari; eh’ azoba aja ku ruzi, nawe uz’ uhagarare ku nkombe y’uruzi, umurorēre; kand’ uze witwaze ya nkoni yahinduka inzoka.


ati Farawo ni yabaronderakw ikimenyetso kibamenyekanisha, ubgire Aroni, uti Zana iyo nkoni witwaje, uyiterere hasi imbere ya Farawo, kugira ngw ihinduke inzoka.


arikw azocira aboro imanza zibereye, kand’ azoshinga urw’ abaciye bugufi bo mw isi mu kuri: azokubitisha isi inkoni ivuye mu kanwa kiwe, kand’ abanyakibi azobīcisha impwemu ziva mu minwa yiwe.


Kandi mu masho no mu mikuku, uko zigenda ziharūzwa inkoni, ikigiracumi co mur’ izo zose kize kibe icera canje, jewe Uhoraho.


Ragiza abantu bawe inyobozo yawe, ari bo mukuku wawe wīzīziye, bībēra ukwabo mu kibira co hagati kuri Karumeli: barishe i Bashani n’i Gileyadi, nko mu gihe ca kera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ