Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 38:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ico gicaniro agicurira ikintu c’insobane kimeze bga rusenga, agicuze mu miringa, agishira musi y’ igikugīrwa gikīkūje ico gicaniro, gihēra hasi, kigarukira ahacāgatije ico gicaniro nyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 38:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uz’ ugicurire ikintu c’insobane kimeze bga rusenga, ugicuze mu miringa; kand’ ico kintu kimeze nk’urusenga, uz’ ugitērekw ibigombo bine ku nkokora zaco ukw ari zine, ubicuze mu miringa.


Ugishire musi y’ igikugīrwa gikīkūje ico gicaniro, kugira ngo gihēre hasi, kigarukire ahacagatije ico gicaniro nyene.


Acura ibintu vyose vy’ ico gicaniro: inzavya, n’ibintu vyo kuyoza umunyota, n’imibehe, n’ivyo kwōkōza inyama, n’ivyo kurahuza: ivyo bintu vyaco vyose yabicuze mu miringa.


Avugutira imiringa, ayikūramw’ ibigombo bine vyo gutera ku nkokora zine za ca kintu c’insobane cācuzwe mu miringa, biba ivyo kwinjizamw’ iminiho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ