Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 32:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nukw abantu bose bakātūra impeta z’izahabu zo ku matwi yabo, bazishīra Aroni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 32:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw izo ngamiya zimaze guhodoka, uwo mugabo yābīra impeta y’izahabu, kuriba kwayo kwar’ igihimba ca shekeli, n’ivyo kumwambika ku maboko bibiri vy’ izahabu, kuriba kwavyo kwari shekeli cumi;


Baha Yakobo ibigirwamana vy’abanyamahanga vyose bari bafise, n’impeta zari ku matwi yabo; Yakobo abizīka musi y’ igiti citwa umweloni cari hafi y’i Shekemu.


Aroni arabishura, ati Ni mukātūre impeta z’izahabu, ziri ku matwi y’abagore banyu no ku y’abahungu n’abakobga banyu, muzinzanire.


Arazābīra, azivugutira mu nkero, azikūramw’ igishushanyo c’imasa, agitunganishije isinzo; baravuga, bati Yemwe Bisirayeli, ngiyo imana yanyu, yabakūye mu gihugu ca Egiputa.


Nukw Abisirayeli biyambura utugenegene twabo, uhereye bakiva ku musozi Horebu, no mu rundi rugendo rwabo rwose.


n’impeta zo ku matwi, n’indinga, n’inkekezo bīshīshira,


Basukanura izahabu mu mupfuko, bagera ifeza ku munzane, bagaha umucuzi w’izahabu ingero, akabicuramw’ imana; bakayīkubita imbere bakayisenga.


Bakoresha ifeza zātabatabge zavuye i Tarushishi, n’izahabu zavuye i Ufazi, ibikorwa vy’umuhinga, n’ivy’ amaboko y’umucuzi w’izahabu; bavyambika impuzu z’amasufe n’iz’ inyambarabami; vyose n’ibikorwa vy’abahinga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ