na ya mibindi na vya vyuma vyo kuyora umunyota na ya mibehe; ivyo bintu vyose Hiramu yakoreye umwami Salomo vy’ingoro y’Uhoraho, yabikoze mu miringa y’imyakaka.
na ya mibindi na vya vyuma vyo kuyora umunyota n’ivyo kwāruza inyama; ivyo bintu vyose Huramu‐abi yakoreye umwami Salomo vy’ingoro y’Uhoraho, yabikoze mu miringa y’imyākāka.