Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 27:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ku nkokora zaco ukw ari zine uz’ ugihe amahembe, ayo mahembe yaco az’ abāzirwe kuri co, abe kimwe na co; uheze ucomekekw imiringa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 27:2
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho ni we Mana, kandi yaduhaye umuco; Muboheshe ikimazi imigozi, Mukijane ku mahembe y’ igicaniro.


Maze Adoniya atinya Salomo, aca ava hasi, aragenda yumira ku mahembe y’igicaniro.


Kur’ ayo maraso nyene ayasīge ku mahembe y’igicaniro co kwoserezakw imibavu itamirana, kiri mw ihema ry’ibonaniro imbere yanje; ayandi maraso yose y’iyo masa ayavyagize hasi hambavu y’igicaniro co kwoserezakw ibimazi, kiri ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.


Wābīre ku maraso y’iyo masa, uyasīgīshe urutoke ku mahembe y’igicaniro, amaraso yose uheze uyavyagize ahahera hasi ku gicaniro.


kugira ngo bibiri bidahinduka, ivyo Imana itabasha kubesheramwo, biduheshe kurema cane, twebge abashitse mu buhungiro, ni bgo kubangiriza ivyizigiro vyashizwe imbere yacu.


Kur’ uwo musi umwami ashinga umwanya wo hagati mu nyubakwa imbere y’ingoro y’ Uhoraho, arahēza; aho ni ho yoshereje ibimazi vyo kwoswa n’ amashikanwa y’amafu n’ibinure vy’ibimazi vy’ishimwe, kukw igicaniro c’umuringa car’ imbere y’ Uhoraho cari gito, kitokwirwakw ibimazi vyo kwoswa n’amashikanwa y’amafu n’ibinure vy’ibimazi vy’ishimwe.


Nukw inkuru zishika kuri Yowabu; kandi Yowabu yari yarafatanije na Adoniya, nah’ atāfatanije na Abusalomu. Nukw aca ahungira mw Ihema ry’ Uhoraho, yumira ku mahembe y’igicaniro.


Nukw asohotse, aheze aje ku gicaniro aho nyene imbere yanje, agitangirire impongano, yābīre ku maraso ya ya masa no ku ya ya mpene, ayasīge ku mahembe y’ico gicaniro impande zose.


Mose arayikerera, yābīra amaraso yayo, ayasīgisha urutoke ku mahembe y’igicaniro impande zose, aragihumanura, araheza avyagiza ayo maraso hasi hambavu y’igicaniro, acezesha kugitangira impongano.


Umuherezi aheze yābirize urutoke ku maraso y’ico kimazi gitangiwe ivyaha, ayasīge ku mahembe y’igicaniro co kwoserezakw ibimazi, ayandi maraso yaco ayavyagize hasi hambavu y’ico gicaniro.


Kur’ ayo maraso nyene ayasīge ku mahembe y’igicaniro kir’ imbere yanje mw ihema ry’ibonaniro; ayandi maraso yose ayavyagize hasi hambavu y’igicaniro co kwoserezakw ibimazi, kiri ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.


Kand’ uz’ ugicurire inzavya zo kuyoreramw’ umunyota waco, n’ibintu vyo kuwuyoza, bo n’imibehe yaco, n’ivyo kwōkōza inyama, n’ivyo kurahuza: ivyo bintu vyaco vyose ubicure mu miringa.


Ivyo bāzēzwa yar’ isandugu n’ameza n’ico guterekwakw amatara, n’ibicaniro vyompi, n’ibintu vy’Ahēra vyo gukoresha, n’igihuzu co gukingīra Ahēra, n’ibikorwa vyavyo vyose.


Kand’ igicaniro c’umuringa car’ imbere y’Uhoraho, agikūra aho cari kiri imbere y’ingoro y’Uhoraho, hagati y’ico gicaniro ciwe n’iyo ngoro, agitereka i ruhande y’ico gicaniro ciwe ahahera i burārūko.


Maz’ acurisha igicaniro mu miringa; uburebure bgaco bgar’ amatambge mirongwibiri y’ ukuboko uciriye mu nkokora, n’ubgaguke bgaco bgari mirongwibiri nyene, uburebure bg’ igihagararo bgar’ amatambge cumi.


N’ ahahera hejuru ku gicaniro habe amatambge ane; kandi hejuru ku gicaniro ahacanwa nyene haze hashingwe amahembe ane.


Uhoraho Nyen’ ingabo azobakīranira; bazoyogeza, basiribange amabuye atewe n’umugozi; bazoromozwa n’amaraso basāmūke nk’ababorewe vino: bazokwuzura amaraso nk’ inzavya, bahinduke nk’inkokora z’igicaniro.


Na yo ayicuramw’ ibitereko vyo kurokezamw’ inkingi za ca gihuzu co gukinga ku muryango w’ihema ry’ibonaniro, ayicuramwo na ca gicaniro c’imiringa, na ca kintu c’insobane caco c’imiringa nyene, bo n’ibintu vy’ico gicaniro vyose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ