Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 26:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kand’ uz’ utēre utugombo tw’udutambara tw’amasufe ku ruhande rumwe rw’impuzu iherera izarōngōranijwe za mbere; uheze utēre n’utundi tugombo nk’utwo ku ruhande rw’ impuzu iherera izindi mu zārōngōranijwe za kabiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 26:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Impuzu zitanu zirōngōranywe ukwazo, zindi zitanu zirōngōranywe ukwazo.


Utugombo tuze tube mirongwitanu utwo utēye ku mpuzu imwe, no mu zindi za kabiri zārōngōranijwe, utēre utundi mirongwitanu nyene ku ruhande rw’īherera izindi; utwo tugombo dutumberane.


Atēra utugombo mirongwitanu ku ruhande rw’impuzu iherera izārōngōranijwe za mbere, atēra n’utundi mirongwitanu nyene ku ruhande rw’impuzu iherera izindi mu zārōngōranijwe za kabiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ