Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 26:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Impuzu zitanu zirōngōranywe ukwazo, zindi zitanu zirōngōranywe ukwazo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 26:3
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uburebure bg’impuzu yose buze bube amatambge mirongwibiri n’umunani y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgayo bube amatambge ane: impuzu zose zibe cabugerwe.


Kand’ uz’ utēre utugombo tw’udutambara tw’amasufe ku ruhande rumwe rw’impuzu iherera izarōngōranijwe za mbere; uheze utēre n’utundi tugombo nk’utwo ku ruhande rw’ impuzu iherera izindi mu zārōngōranijwe za kabiri.


Urōngōranye impuzu zitanu ukwazo, zitandatu na zo ukwazo: iya gatandatu uyikubemwo kubiri ku rwinjiriro rw’ihema.


Besaleli arōngōranya impuzu zitanu ukwazo, zindi zitanu azirōngōranya ukwazo.


kugira ngo bose babe umwe, nk’uko wewe, Data, uri muri jewe, nanje nkaba muri wewe, ngo na bo abe ari ko baba muri twebge, ngw isi yizere kw ari wewe wantumye.


Yamara harih’ ingabire z’uburyo bginshi, ariko Mpwemu n’umwe.


umubiri wiwe wose, uteranijwe neza, ufatanijwe n’ibifashisho vy’ingingo zawo zose, nk’ukw igihimba cose gikora ibango cagerewe, kuri we ni ho uronka gukura kwawo, ukubakwa mu rukundo.


kand’ atifatanya na wa Mutwe, kuri wo umubiri wawo wose, ufashijwe n’ingingo n’imitsi, ugateranywa neza na vyo, ni ho uronka gukura kwawo gutangwa n’Imana.


kugira ngw imitima yabo ireme, kuko bamatanirijwe mu rukundo ngo bahabge itunga ryose ry’ugutahura ata mazinda, babone kumenya ibanga ry’Imana, ni ryo Kristo,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ