Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 26:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Uburebure bg’impuzu yose buze bube amatambge mirongwibiri n’umunani y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgayo bube amatambge ane: impuzu zose zibe cabugerwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 26:2
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

abarira ūvugishwa n’Imana Natani, at’ Ehe jewe mba mu nzu yubakishijwe amasederi, na yo isandugu y’Imana iba mw ihema gusa.


Nuko Dawidi amaze kwinjira ingoro yiwe, abarira ūvugishwa n’Imana Natani, at’ Ehe jewe mba mu nzu yubakishijwe amasederi, na yo isandugu y’isezerano ry’Uhoraho iba mw ihema gusa.


Maz’ ihema ry’imbere uz’ urikore urtya: urikoreshe impuzu cumi; izo mpuzu zijishwe mu nyuzi zera derere nziza zihinzwe neza, no mu nyuzi z’amasufe no mu z’amashigisha no mu zisa n’agahama; zize zijishwekw ibishushanyo vy’abakerubi, bijishwe n’abahinga bavyo.


Impuzu zitanu zirōngōranywe ukwazo, zindi zitanu zirōngōranywe ukwazo.


baze barerure impuzu zirōngōranijwe z’ihema ry’imbere, n’ ihema ry’ibonaniro, n’ico kurenza hejuru yaryo, n’ikindi gikozwe mu nsāto za tahashi co kurenza hejuru ya vyose; n’igihuzu co gukinga ku muryango w’iryo hema;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ