Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Mushiki we aramwitangūra, ngw arābe ico yoba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 2:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Miriyamu yavugishwa n’Imana, mushiki wa Aroni, ahitana agashāko k’ingoma; abagore bose barasohoka, baramukurikira bari n’udushāko tw’ingoma, bagenda baravyina;


Ko nabadūganye nkabakūra mu gihugu ca Egiputa, nkabacungura nkabakūra mu nzu y’ubuja, nkarungika Mose na Aroni na Miriyamu kugira ngo babarōngōre.


Ishengero ryose ry’Abisirayeli rishika mu bugaragwa bg’i Zini mu kwezi kwa mbere: abo bantu bamara igihe i Kadeshi. Miriyamu agwaho, bamuhamba aho nyene.


Muka Amuramu yitwa Yokebedi, yari mwene Lewi, yavukiye muri Egiputa. Bavyarana na Amuramu Aroni na Mose na Miriyamu mushiki wabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ