Kuvayo 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Atagishoboye kumuhisha, yābīra agatebo kajishwe mu nkorogoto, agahoma kaburimbi n’ishīshi; ashiramw’ uwo mwana, agashira mu rufunzo mu munyika ku ruzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
gituma intumwa zica mu kiyaga zigenda ku mazi ku bitebo vy’inkorogoto, kiti Ni mugende mwa ntumwa z’impayamaguru, muje mw ihanga ry’ abantu barebare b’imibiri iyagayaga, ubgoko bgamye butera ubgoba uhereye ubga mbere ugashitsa n’ubu; ihanga rikomeye risiribanga vyose, ryo mu gihugu kigabanijwe n’inzūzi.