Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 18:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 n’abahungu biwe bompi; umwe muri bo se yari yamwise Gerushomu, kuko yavuga, ati Nabaye inyambukīra mu gihugu kitar’ icacu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 18:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umva gusenga kwanje, Uhoraho we, tegera ugutwi ugutakamba kwanje; Ntiwicire amatwi amarira yanje. Kuko nd’ umushitsi kuri wewe, N’inyambukīra nk’uko ba sogokuruza bose bāri bameze.


Avyara umuhungu, se amwita Gerushomu, ati Nabaye inyambukīra mu gihugu kitar’ icacu.


Mose akora umugore n’abana, abashira ku ndogoba, asubira mu gihugu ca Egiputa, yitwaje na ya nkoni y’ Imana.


Mose yumvise iryo jambo, arahunga, aba umwambukīra mu gihugu c’i Midiyani, avyariray’ abahungu babiri.


Abo bose bāpfuye bacizeye, batarahabga ivyasezeranywe, ariko bārabibona biri kure bakabisāsirira, bakemera kw ar’ akavantara n’ingenzi kw isi.


Abo nkunda, ndabinginga, ko mur’ inyambukīra n’ingenzi mwirinde ivyifuzo vy’umubiri birwanya ubugingo;


Maz’ Abadani bīshingira ca gishushanyo kibājwe; kandi Yonatani mwene Gerushomu, Gerushomu wa Mose, ni we yabaye umuherezi w’umuryango w’Abadani, bo n’uruvyaro rwiwe, gushitsa igihe abo mu gihugu bajanywe kw inyagano.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ