Kuvayo 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ivyo bize bibabere nk’ikimenyetso gishizwe ku maboko yanyu, n’icibutso gishizwe hagati y’amaso yanyu, kugira ngw ivyagezwe vy’Uhoraho vyame mu kanwa kanyu: kuk’ Uhoraho yabakūje muri Egiputa ubushobozi bgiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |