Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 None rero barira abantu, umugabo wese asabe umubanyi wiwe, n’umugore wese asabe umubanyi wiwe, babasabe utugenegene tw’ ifeza n’utw’ izahabu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 11:2
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo muntu asokorora utugenegene tw’ifeza n’utw’ izahabu, n’impuzu, abiha Rebeka: kand’ aha na musaza we na nyina ibintu vy’igiciro.


Uko ni kw Imana yanyaze so ibitungwa vyiwe, ikabimpa.


Akūramwo Abisirayeli, bafise amafeza n’amazahabu, Nta munyantege nke yari mu miryango yabo yose.


Isi n’iy’ Uhoraho, n’ibiyuzuye, Isi n’abayibamwo.


Kandi nzotuma ubu bgoko bugirira amahirwe ku Banyegiputa: ni mwagenda, ntimuzogenda iminwe misa;


arik’ umugore wese azosaba umubanyi wiwe, mber’ azosaba n’umugore yashembereje, utugenegene tw’ifeza n’ utw’ izahabu, bo n’imyambaro: kandi muzovyambika abahungu banyu n’abakobga banyu; uko ni ko muzonyaga Abanyegiputa.


Nanje ndabishura, nt’ Ūri n’izahabu wese n’ ayikātūre; nuko barazimpa, nziterera mu muriro, havamw’ iyo masa.


Haza abemeye gutanga bose bivuye ku mutima, abagabo n’abagore, bazana impeta zo mu mazuru n’izo mu matwi, n’izo bādomesha ibimenyetso, n’inyerere, vyose ar’ utugenegene dukozwe mw izahabu; umuntu wese yar’ afise icitwa izahabu yakizana kugishikanira Uhoraho.


Umunyangeso nziza araga n’ abuzukuru, Arik’ ubutunzi bg’umunyavyaha buba buziganirijwe umugororotsi.


Amafeza n’ayanje, n’amazahabu nyene n’ayanje, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize.


Har’ ikimbuza kugira uko ngomba mu vyanje? Cank’ ugize ijisho ribi kuko jewe ndi mwiza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ