2 Reyubeni, na Simeyoni, na Lewi, na Yuda,
Maze Isirayeli akiri mur’ ico gihugu, Reyubeni aragenda asambana na Biluha incoreke ya se: Isirayeli arabimenya. Nukw abahungu ba Yakobo bari cumi na babiri:
Abo ni bo bamutse ku bo Biluha yavyaranye na Yakobo, Biluha ari we Labani yahaye Rakeli umukobga wiwe kumucorekera: bose n’ indwi.
Aya ni yo mazina ya bene Isirayeli bagiye muri Egiputa, bajanye na Yakobo, umuntu wese ajana n’abo mu rugo rwiwe:
na Isakari, na Zebuloni, na Benyamini,
Aya ni yo mazina y’abo bantu bazofatanya namwe: mu ba Reyubeni ni Esisuri mwene Shedeyuri;