Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Kuvayo 1:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Aya ni yo mazina ya bene Isirayeli bagiye muri Egiputa, bajanye na Yakobo, umuntu wese ajana n’abo mu rugo rwiwe:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Kuvayo 1:1
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho abona yuko Leya yanswe, aca azibūra inda yiwe; ariko Rakeli aragumbaha.


Maz’ arikw aracīkāna, kuko yaciye ahwera, yita uwo mwana Benoni, ariko se amwita Benyamini.


Abahungu Yosefu yavyaye ari muri Egiputa ni babiri; nukw abantu bose b’inzu ya Yakobo bagiye muri Egiputa bari mirongwirindwi.


Mu mazina yabo uze wandike atandatu ku kabuyenge kamwe, yandi atandatu uyandike ku kandi kabuyenge, nk’uko bakurikiranye.


Nukw aya ni yo mazina y’ imiryango: uhereye ahahera i burārūko, ukajana inzira y’i Hetiloni, ugashika ahafata i Hamati, ugaca i Hazari‐Enoni ku rugabano rw’i Damasiko ahahera i burārūko habangikanye n’i Hamati; uhereye i burasirazuba ugashitsa i burengerazuba hazoba umugabane wa Dani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ