Ivyakozwe 9:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 amusaba ivyete vyo guha ab’ amasinagogi y’i Damasiko, kugira ngo ni yabona abantu bakurikira Inzira ya Yesu, ar’ abagabo cank’ abagore, abajane i Yerusalemu mu ngoyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 amusaba amakete atwara mu masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo nihagira uwo basanga akurikira inzira y’Umwami Yesu, baba abagabo canke abagore, ace abatwara nk’imbohe i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |