Ivyakozwe 8:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi hāriy’ umuntu yitwa Simoni, yahora akora ivy’ amarēba mur’ico gisagara, akūmiza ubgoko bg’Abasamariya, akīyita agakomeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Hari umugabo yitwa Simoni yari amaze igihe ari umunyamareba muri ico gisagara, agatangaza ab’i Samariya bose, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |