Ivyakozwe 7:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kand’ ihanga rizobagira abaja ni jewe nzoricirakw iteka, Imana ni ko yagize, it’ Arikw amaherezo bazovayo, bansengere aha hantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Imana yongera ivuga iti: ‘Ariko nzohana ihanga bazokorera nk’abagurano, kandi mu nyuma bazorivamwo, baze kunsengera muri iki kibanza.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |