Ivyakozwe 7:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Ni nde mu bavugishijwe n’Imana ba sogokuruza banyu batāhamye? Bishe abābanje kumenyekanisha ivyo kuza kwa wa Mugororotsi, none namwe mwaramuguze muramwica: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Mbega hari umuvugishwa n’umwe ba sogokuruza banyu batahamye? Mbere bishe n’abavugishijwe ku kuza kwa wa Umugororotsi. None namwe ubu mwaramugurishije, muramwica, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |