Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 7:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 gushitsa ah’ uwundi mwami yīmiye muri Egiputa atigeze kumenya ivya Yosefu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Mu nyuma muri Egiputa himikwa uwundi mwami atigeze amenya ivya Yosefu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 7:18
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko muri Egiputa hima uwundi mwami, atigeze kumenya ivya Yosefu.


Uwo mwami agirira ubugunge ubgoko bgacu, agirira ba sogokuruza nabi, abateshereza abana babo b’inzoya kugira ngo ntibabeho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ