Ivyakozwe 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Petero aramubaza, ati N’iki gitumye muhūza inama kugerageza Mpwemu w’Umwami Imana? Ehe ibirenge vy’abahejeje guhamba umugabo wawe biri ku rugi, nawe barakujana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Petero aca amubwira ati: “Vyabagendeye gute ngo mwumvikane guhenda Mpwemu w’Umwami Imana? Raba ibirenge vy’abavuye guhamba umugabo wawe bigeze aho imbere y’umuryango, kandi na wewe barakujana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kandi Elisa yari yicaye mu nzu yiwe, yicaranye n’abashingantahe; kand’ umwami yar’ atumye intumwa kuri we. Arikw iyo ntumwa itaramushikīra, Elisa abarira abo bashingantahe, ati Ntimubona k’uwo mwana w’umwicanyi atumye uwo kunca umutwe? Nukw iyo ntumwa ni yashika, muyugarane, mugumye urugi. Non’ ibirenge vya shebuja ntimwumva ingene vyumvikana inyuma yiwe?