Ivyakozwe 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Petero aramubarira, at’ Ifeza n’izahabu nta vyo mfise, arikw ico mfise ndakiguha: mw izina rya Yesu Kristo Umunyanazareti, va hasi utambuke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko Petero aravuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yesu Kristo Umunyenazareti, va hasi utambuke!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |