5 Abashirak’ umutima agira ngo har’ ico bamuha.
5 Wa mugabo na we abahanga amaso cane yiteze ko hari ico bagira bamuhe.
Petero amuhanga amaso, bo na Yohana, aramubarira, ati N’uturābe.
Petero aramubarira, at’ Ifeza n’izahabu nta vyo mfise, arikw ico mfise ndakiguha: mw izina rya Yesu Kristo Umunyanazareti, va hasi utambuke.