Ivyakozwe 27:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Hashize igihe kirekire, kandi kujabuka kubaye irinde, kukw igihe co kwisonzesha cari gishize, Paulo arabahanūra, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Aho twahataye umwanya munini, kandi kubandanya urugendo kwari nk’ukwiheba kuko hari inyuma y’umusi mukuru w’impongano. Pawulo arababurira ati: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |