Ivyakozwe 26:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nanje ubganje nahora niyumvira muri jewe yuko nkwiye gukora vyinshi birwanya izina rya Yesu Umunyanazareti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nanje ubwanje nahora niyumvira ko nkwiye gukora ibishoboka vyose ngo ngwanye izina rya Yesu Umunyenazareti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |