Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 24:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 nuko turavyemera uburyo bgose ahantu hose, Feliki umwubahwa, tugukengurukiye cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Kandi muri vyose na hose ga nyakwubahwa Felisi, turabigushimira bivuye ku mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 24:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko nanje, mpejeje gukurikiranya vyose neza mpereye ku vya mbere, nabonye kw ari vyiza kubikwandikira uko bikurikirana, wewe Teyofilo umwubahwa,


Kandi bazane n’amafarasi kugira ngo bayashireko Paulo, bamushikane kwa Feliki icēgēra ca Kayisari akiri muzima.


ati Jewe Kilawudiyo Lusiya ndakuganūtsa wewe Feliki umwubahwa, icēgēra ca Kayisari.


Abo bashitse i Kayisariya bashīra icēgēra ca Kayisari ca cete, bamushikiriza na Paulo.


Amaze guhamagazwa, Teritulo atangura kumurega, ati Ni kubgawe igituma tugazagaza mu mahoro menshi, n’ibindi vyaroranirijwe ubu bgoko kubg’ imigabo yawe:


Reka noye guhava nkurambira, ndakwinginze zirikana tuvuge amajambo make, kubg’ ubugwaneza bgawe.


Paulo aramwishura, ati Sinsaze, Fesito umwubahwa, ariko mvuga amajambo y’ukuri kand’ aroranye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ